Amagara Meza

Amagara Meza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Amagara Meza, Medical and health, Bujumbura.

✅✅    NAWE   Namwe  ,    ibi bintu niwaba wipfuza kwubahwa murugo ndagusavye ntuvyirengagize. Ushobora Kubona atakamaro ...
26/10/2024

✅✅ NAWE Namwe , ibi bintu niwaba wipfuza kwubahwa murugo ndagusavye ntuvyirengagize. Ushobora Kubona atakamaro bigufitiye ariko ejo uzobikenera ✅.

Numéro : +257 66504724✅ ( Whatsapp canke Call Simple ) : Dukorera centre ville imbere ya BANCOBU Siège nezananeza iruhande ya CAFÉ GOURMAND

🔓: Heures d'ouverture : Lundi jusqu'à dimanche 8h à 18h00'

Ndavuga kubijanye n'amabanga mpuzabitsina.vyukuri amabanga mpuzabitsina ni ikintu kimwe mubigize ubuzima bw'umuntu ushobora kubona umenga ntakamaro kubera imyemerere yawe ariko nivyo vyingenzi✅

Bagabo nyamba umaze kurushinga nukuri ntakintu kibabaje nko kuzana umugore bikanka ko umwabira mubisanzwe ntamugore aca inyuma umugabo amwabira ukwo abishatse ariko umugore utamwabira aragenda Kandi nawe ukigaya murugo✅

MN: burimugabo wese arashoboye kwabira ariko igikorako abagabo muriyiminsi ni ukurangiza vuba (éjaculation précoce) . ushobora kwibaza ati biva kuki🤔 !!!.

Kurangiza vuba tubivuga mugihe umuntu adashobora Kumara niburiburi iminota 10 atanguye amabanga. mugabo ukaba U*i ko bigushikira ntabwo umugore atoguca inyuma🤷 .

Kurangiza vuba bishobora gutegwa nibintu bitandukanye kuba warikinishije ( ********on ) kuba ufise obésité,kuba ufise ikibazo ca amibe,kuba ufise ikibazo ca diabète du type 2, kuba ufise ikibazo c'umugongo, kuba ufise ama stress,ibibazo vya prostate, testosterone iri kurugero gwo hasi n'ibindi ,,,,)

Ariko Dufise ingaburomuti yitwa REVIVE CAPSULES💊💊 ihangana nibibazo vyimyororokere kurugero gwo hejuru kubagabo canke abasore usanga bagira ibibazo vyo kubura ubushake, kutisubiriza, ingaruka zokwikinisha, kurangiza vuba, gucika intege mukurangura amabanga mpuzabitsina, guteba gushukwa, n'ibindi bibazo bitandukanye.

Gukoresha REVIVE CAPSULES💊💊 vyogufasha kwongera kugarura ivyishimo vy'urugo rwawe.

REVIVE💊💊 ni inyunganiramirire ikunda kuboneka mu bihugu vyo muri Aziya (China, Korea)
Revive yifashishwa cane mu kuvura indwara zikomeye ndetse no kurinda umubiri indwara zirimwo na Kanseri.

Iyi nyunganiramirire ya Revive nta ngaruka itera ku buzima bwa muntu, ahubwo ifasha mu kurwanya ingaruka ziba zaratewe no gukoresha imiti irimwo chemical elements nka ( Vi**ra 🥱, furaha 🤭, n'ibindi)

AKANDI KAMARO ka REVIVE💊💊:

1. Ituma amaraso atembera neza.

2. Ituma ubwonko bukora neza ikanongerera umuntu iguvu.

3. Yongerera ubudahangarwa amaso umuntu akabasha kubona neza.

4. Igabanya urugimbu rw'amaraso.

5. Irinda amaraso kwiyegeranya.

6. Izibura imitsi.

7. Irinda kujunjama n'indwara ziherekeza ubusaza.

8. Ivura guhorana umunaniro ukabije.

9. Irinda ubugumba, ikanongerera abagabo ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina.

11. Irwanya cane kurwara umutwe w'uruhande rumwe ikanarwanya asima.

12. Ihangana n'ingaruka zo kwikinisha, ikongera imbaraga za kigabo ndetse ikanafasha mu kwongera imbuto.

REVIVE 💊 💊 ntigoranye kuyifata kuko ufata ikinini kimwe mu minsi ine, ivyo bigaragaza imbaraga ifise.

WIBUKE NOMUKABARE YUKO USHOBORA KURENZA AYA REVIVE CANKE UGASORORA AYARENZE AYA REVIVE💊 REKA TWITE KUMAGARA YACU TWIVUZE BIGISHOBOKA 🧏🏽

▶️SIVYO GUSA KANDI TUVURA
1.Amibe
2.Umwijima
3.estoma
4.Diabète du type 2
5.Umwingo
6.Prostate
7.Insuffisance rénale
8. Kubagore batagira amavangingo

9 .Hémorroïdes internes et externes
10akamoto kabi. mugitsina
11. Infertilité féminine et masculine
12. Avortement spontané/septique
13. Infection
14.Nizindi Ngwara nyinshi zitandukanye Tutabashije kudondagura

Dukorera BUJUMBURA no mu bice bitandukanye vy'i gihugu kandi no kubari mu bindi bihuga nk'u Rwanda🇷🇼, Kenya🇰🇪, Tanzania🇹🇿, Uganda🇺🇬, Congo🇨🇩... Aho hose turahafise Ibigo

Niba kandi wipfuza kudukurikira mu bikorwa vyacu vya buri munsi no kutwandikira kuri WhatsApp naho wokoresha nomero:

+257 66 50 47 24 ✅

Humura Nawe Wokira kuko wakigwa nabahanga babinonosoye ✅✅. Hamagara kuri: +257 66505724

KURANGIZA VUBA tandukana navyo burundu, Ugwaye PROSTATE , DIABET , AMIBE , ESTOMAC , UMUGONGO? Canke ugwaye zandwara bav...
23/10/2024

KURANGIZA VUBA tandukana navyo burundu, Ugwaye PROSTATE , DIABET , AMIBE , ESTOMAC , UMUGONGO? Canke ugwaye zandwara bavuga ngo ntizikira? Iruhutse kuko wash*tse

✅Dukorera Bujumbura Centre ville imbere ya "BANCOBU SIÈGE" nezananeza iruhande ya "CAFÉ GOURMAND"
✅Twugurura 8htop gushika 17h30'
✅Dukora guhera lundi gushika samedi

andikira muganga kuri WhatsApp +257 66 66 50 47 24 📞

Nyamba urumugabo canke umusore urangiza vuba, atagira ubushake mumibonano mpuza bitsina ! ufise imboro ntoya canke wikinishije bikanka ko ubiheba, ukora kamwe ntusubire, twakuzaniye umuti karahabutaka uhangana nivyo bibazo umuti witwa REVIVE,

Ntabusuma burimwo kubera ntuturungikira amahera wewe urashika aho dukorera tukagupima tukaraba icateye icokibazo hama tukakirandurana n'imizi burundu ugasubira kunezereza umukunzi wawe

Sivyo gusa tuvura na zangwara bama bavuga ngo ntizikira:

Diabète
Estoma
Asima
Sinezite
Amibe
Umwingo
Prostate

N'izindi nyinshi mwibaza ko zidakira abantu bariko barakira kandi bakagaruka gushinga intahe

Ufise, ikibazo andikira MUGANGA RODRIGUE kuri WhatsApp:+257 66504724

NDASUBIYEMWO NTABUSUMA BURIMWO URISHIKIRA AHO DUKORERA +257 66 504724

Ikigo cacu gikorera mubihugu vynshi naho woba utari muburundi turakwereka ahari ishami ryacu mugihugu urimwo 66504724

Mwakigwa nabahinga babinonosoye

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Amagara Meza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share