09/05/2018
Umuns'umwe umugabo wumukire yaravyuts irinanura arevye mwidirisha abona mayibobo irigutoragura imwanda muri poubele yiwe
ashir'amaboko hejuru ashima Imana
Ati Mana ndagushima korumukene
ya mayibobo icayitukankana yamwanda
Iravye kuruhande ibona umugore yambaye ubusa yikoreye amasashe nibibuto vyamavoka
Yunamurira amaso hejuru arasenga
Ati Mana ndagushima kutangize umudazi nirirwe nyerera ndigusa
Uwomusazi agezimbere abona ambilance imuciyeko itwaye umupfu muri morgue arapfukama avuga ngo Mana we war eye isi nijuru ndagushima ko nkihumeka umwuka wabazima
akaba atarije bajanye murirya hambabirance
Wewe woba ufise urwitwazo rutuma udashima Imana yakurinze gushika ayamamasaha nuruhe?
Nimba udafise ivyo uyishima winumire
Ukaba uyifise wandike ati "SHIMWA MANA"
Niba udaterwa isoni nokuyihimbaza kora share