BAECFD sprl

BAECFD sprl tout travail est executé dans Les meilleurs delais

Bigenda gute ngo umuntu ashobore kugira uruhombo nkuru?😕😢🤦🏻‍♂️Egome ibi nivyo🤔 iyi ninzu yatemvye kubwo ugusamara kwanye...
21/01/2026

Bigenda gute ngo umuntu ashobore kugira uruhombo nkuru?😕😢
🤦🏻‍♂️Egome ibi nivyo🤔 iyi ninzu yatemvye kubwo ugusamara kwanyene ibikorwa (boss ou maître d'ouvrage),
✍️ impamvu nuko atituye abahinga muvy'inyubako (ingénieurs ou Bureau d'études) yitwaje ngo aba ingénieurs barazimba ashima guha ibikorwa bijanye n'inyubako aba profanes (badafise ubumenyi buhagije murivyo) canke abafundi bakuru mubodukoresha kuma chantiers(Tâcherons). Mubabona kenshi mubikorwa mukabizera ariko ntimwibuka ko bashira mungiro ivyotubatuma tukaguma tugorora, dukosora,..navyo bitotuma tunganya ubumenyi canke ngo babe bodusubirira🤷‍♀️🤷‍♂️

🤔 Ikindi nuko nuwayimukurikiraniye atigeze yiyumvira gukoresha ivyirwa vy'agataka inyubako izohagararako(essais géotechniques pour évaluer la portance du sol).

🫵Ndabibutseko igihe cose ufise umugambi ujanye n'inyubako, turabafasha kuwutegura kuva mutango kugera uhere (conception architecturale, élaboration des plans, devis, note de calcul, suivis et exécution des travaux de construction)

👉Entreprise yacu turakora na Surveillance(mission de contrôle) des travaux zirikozikorwa n'izindi entreprises canke n'aba ingénieurs bigenga kugiticabo no mugihe nyene atari twebwe twateguy ivyigwa vy'ibanze (plans et devis)

🔰Twandikire Canke mutuvugishe muciye kuri numéro isanzwe (+257) 69140981canke watsapp (+257) 79676258

BAECFD (Bureau d'architecture, Etude, Construction et Fournitures Diverses) turahari kubwanyu 🤝🇧🇮🇨🇩🇰🇪🇷🇼🇹🇿

29/04/2025

Build your dream house, make your destiny with us🏗🇧🇮
🤳+25779676258

27/03/2022
14/12/2021

Whatsapp contact +257 79 676 258/ call( appel) +257 69 140 981

L'œuvre de l'ingénieur civil
14/12/2021

L'œuvre de l'ingénieur civil

Aussitôt dit, aussitôt fait avecB.A.E.C.F.D sprl Main d'oeuvre qualifiée dans les meilleurs délais.Email: bimenyimanaone...
27/10/2020

Aussitôt dit, aussitôt fait avec
B.A.E.C.F.D sprl
Main d'oeuvre qualifiée dans les meilleurs délais.

Email: bimenyimanaones@gmail.com
Tél: watsapp +25779676258
Call: +25769140981

Avec l'entreprise BAECFD sprl , les travaux sont executés dans les meilleurs délais. on tient toujours compte de trois f...
11/10/2020

Avec l'entreprise BAECFD sprl , les travaux sont executés dans les meilleurs délais. on tient toujours compte de trois facteurs essentiels:
1. La Durabilité
2. L'Economie
3. L'Esthétique

Contactez-Nous sur:
Watsaapp 79676258
Télephone 69140981
Email: bimenyimanaones@gmail.com

21/07/2020

Address

Avenue De L'amitie
Bujumbura

Opening Hours

Monday 07:30 - 16:30
Tuesday 07:30 - 16:30
Wednesday 07:30 - 16:30
Thursday 07:30 - 16:30
Friday 07:30 - 16:30
Saturday 07:30 - 16:30

Telephone

+25779676258

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BAECFD sprl posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to BAECFD sprl:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram