Victory Medical Centre Rumonge-VMC

Victory Medical Centre Rumonge-VMC Victory Medical Centre est un centre médical confessionnel de la Communauté des Églises du Rocher au Burundi.Il a ouvert ses portes le 18 février 2019 .

KANYENKO-RUMONGE

🖲️🖲️Nawe war ubizi?Bimenye ubimenyeshe n'abandi! kuruyumugoroba   INTSINZI Vyatewe iteka n'Imana mu kugenderwa na nyakub...
07/05/2022

🖲️🖲️Nawe war ubizi?Bimenye ubimenyeshe n'abandi!

kuruyumugoroba INTSINZI Vyatewe iteka n'Imana mu kugenderwa na nyakubahwa aserukira urunani rw'Amashengero y'Urutare imbere y'Amategeko aho yaraje kuraba uko ibikorwa vyifashe kurivyo bitaro bisanzwe bikukira urwo runani.

Akaba yari yaje azananye n'abafasha mwiterambere na cane cane ry'amagara y'Abantu.

Bari baje bibangikanije icuma gifasha mugupima abakenyezi bibungenze no kumurika mubihimba bitandukanye bigize umubiri w'umuntu benshi bakunze kwita #(Échographe)

Uwurongoye ivyo bitaro
IRADUKUNDA Isidore akaba yakengurutse cane kw'izina ry'abakozi ku ngabire bari bahejeje kuronka akizeza ko izofatwa neza kandi izoterera mwiterambere ry'amagara y'abantu narirya ico cuma kiboneka hake muraka karere kubumanuko.

Address

Kanyenkoko-Rumonge-Burundi
Rumonge

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Victory Medical Centre Rumonge-VMC posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Victory Medical Centre Rumonge-VMC:

Share

Share on Facebook Share on Twitter Share on LinkedIn
Share on Pinterest Share on Reddit Share via Email
Share on WhatsApp Share on Instagram Share on Telegram