Irondoka n' amagara Meza

Irondoka n' amagara Meza Twigishanya kwivura no kwikingira ingwara zitandukanye dukoresheje ibimera.

Iki Kibazo c'iIntanga Zica Zisohoka Gifise Abatari Bake,...Ariko Imana ishimwe ko hariho benshi biriko bigenda neza maze...
29/04/2026

Iki Kibazo c'iIntanga Zica Zisohoka Gifise Abatari Bake,...

Ariko Imana ishimwe ko hariho benshi biriko bigenda neza maze bagasana.

Mubandanye mukurikirana n'izindi nyigisho zacu ku rubuga rwa youtube link twayibagiye muri commentaire yambere.

Umucayicayi n'indimu Ico Bivura,...Ico bivura ni infections vaginales na urinaires, bikagarukana ubutinyanka ku bantu bw...
28/04/2026

Umucayicayi n'indimu Ico Bivura,...

Ico bivura ni infections vaginales na urinaires, bikagarukana ubutinyanka ku bantu bwahagaze canke buza nabi nabi, gushira imisemburo ku murongo, birafasha umuntu agwaye hypertension, diabetes, umushish*to gusa aha hoho indimu ugira duke, n'ibindi vyinshi.

Uko ubitegura umucayicayi urawuteka uhiye ugaca uwukura ku muriro hanyuma ugaca uwumiminana, amazi ukuyemwo ukayanyiramwo indimu ukaza uranywa agakombe mu gatondo no ku mugoroba mu ndwi imwe canke zibiri.

Wewe ushaka kuja muri groupe zacu za whatsapp aho twama twigishiriza buri musi, uce winjira uciye kuri link twasize hepfo muri commentaire yambere.

Iki Cigwa ca Sinusite Twaracigishije mu Cigwa Kirekire.Ushaka kumenya rero uko wivura sinusite gikurikirane cose kuri yo...
19/04/2026

Iki Cigwa ca Sinusite Twaracigishije mu Cigwa Kirekire.

Ushaka kumenya rero uko wivura sinusite gikurikirane cose kuri youtube.

Kukiraba rero cose ja kuri youtube uciye aha kuriyi link: https://youtu.be/W6XS_vJIBXU?si=ESjpdMjp_yalvPL7

Duterwa intege buri munsi n'izi ntahe zanyu.Ushaka kudukurikira no kuzindi mbuga zacu nka youtube ca uja muti commentair...
09/04/2026

Duterwa intege buri munsi n'izi ntahe zanyu.

Ushaka kudukurikira no kuzindi mbuga zacu nka youtube ca uja muti commentaire yambere twabasigiye link.

08/04/2026

Iyi ntahe y'aba bavyeyi uyumvirije yose uumva ukuntu umutwaro w'uwu mwana wabo warubahangayikishije cane.

Ushaka kwinjira muri groupe ya whastapp ca uja muri commentaire yambere twabasigiyeko link muce mwinjira muyicoyeko.

07/04/2026

IYindi Ntahe y'Uwasamye yarafise Trompe zazivye.
Nukuri Ivyo Imana idukorera buri munsi birengeye ubwenge bwacu ariko kandi vyongeye ni RUGIRAVYOSE🤷🙏🥹.

Ukeneye gukurikirana inyigisho zacu kuri youtube ca uja kubiraba uciye kuri link tubasigira muri commentaire yambere. Canke wandike Irondoka n'amagara meza uce ubona ibiganiro vyose twagiye turagira.

Intahe y'Uwakize ikivyimba co kugitigu.Nukuri Ivyo Imana idukorera buri munsi birengeye ubwenge bwacu. Burya ikivyimba c...
05/04/2026

Intahe y'Uwakize ikivyimba co kugitigu.
Nukuri Ivyo Imana idukorera buri munsi birengeye ubwenge bwacu. Burya ikivyimba co kugitigu sicoroshe🤷🙏🥹.

Ukeneye gukurikirana inyigisho zacu kuri youtube ca ca uja kubiraba uciye kuti link tubasigira muri commentaire yambere. Canke wandike Irondoka n'amagara meza uce ubona ibiganiro vyose twagiye turagira.

Intahe z'ababandanya Kuronka Ibibondo n'abakira Ingwara Zitandukanye Zikomeza Kwiyongera.Ukeneye n'izindi nyigisho mu zi...
03/04/2026

Intahe z'ababandanya Kuronka Ibibondo n'abakira Ingwara Zitandukanye Zikomeza Kwiyongera.

Ukeneye n'izindi nyigisho mu zijanye n'imiti k**a canke ushaka kumenya uko iyo miti abandi bakoresha, twabasigiye link muri commentaire yambere.

Ihibambewe ntugacike intege namba, kuko Imana niyo ifise ijambo ryanyuma.Ushobora kudukurikirana kuri youtube aho twigis...
03/04/2026

Ihibambewe ntugacike intege namba, kuko Imana niyo ifise ijambo ryanyuma.

Ushobora kudukurikirana kuri youtube aho twigishiriza mu buryo bw'amashusho uciye kuri link tubasigira muri commentaire yambere.

Ikibazo kirakunda Gushikira Abubatse batari bake maze ugasanga Gusama vyavanje kugorana.Simbira kuri youtube uciye kuri ...
30/03/2026

Ikibazo kirakunda Gushikira Abubatse batari bake maze ugasanga Gusama vyavanje kugorana.

Simbira kuri youtube uciye kuri link twasinsize muri commentaire yambere ubandanye ukurikitana n'izindi nyigisho zacu zijanye n'imiti k**a.

Address

Mwanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Irondoka n' amagara Meza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Practice

Send a message to Irondoka n' amagara Meza:

Share